10 Rizipa umukobwa wa Ayiya afata amagunira ayubakamwo urusago ku gitandara. Kuva mu ntango z’ukwimbura gushika imvura ikorotse kuri ya mivyimba, ntiyemerera inyoni zo mu kirere kuyikorako ku murango canke ibikoko vyo mw’ishamba mw’ijoro. 11 Dawidi yumvise ivyo Rizipa umukobwa wa Ayiya akaba kandi incoreke ya Sawuli yakoze,
Publicidade