Umugani wa 629 Hari abantu b’abanyamwete mu vyo bakora urabona? Abo bazokorera imbere y’abami ntibazokorera abasanzwe.