Ubwenge ni bwo butanga ukubaho neza1 Mwana wanje, ntuze wibagire ivyo nakwigishije, ahubwo uzigame amabwirizwa yanje mu mutima wawe.