Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Ngoma 4

9 Yabesi yarusha abavukanyi biwe icubahiro. Nyina wiwe yamwise Yabesi, agomba kuvuga ati: "Namuvyaye mu mubabaro mwinshi." 10 Yabesi atakambira Imana y’Abisirayeli ati: "Icompa ukampezagira ukanyagurira intara yanje! Ukuboko kwawe kukabana nanje, ukandinda ikibi cose kugira ngo ntikimbabaze." Maze Imana imuha ivyo yasavye.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também