Pular para o conteúdo
Publicidade

Yosuwa 1

5 Nta wuzoshobora kuguhangara ngo akugwanye igihe cose ushigaje kubaho. Nk’uko nabanye na Mose, ni ko nzobana nawe. Sinzokureka wenyene, sinzoguhemukira. 6 Komera kandi shira ubwoba, kuko ari wewe uzojana aba bantu kugira ngo begukire igihugu nasezeraniye ba sekuruza nkabarahira ko nzokibaha.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também