Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Samweli 16

11 Nuko aramubaza ati: "Aba ni bo bahungu ufise?"

Isayi aramwishura ati: "Harasigaye umuhererezi, kandi ubu ari kuragira intama."

Samweli aramubwira ati: "Mutumeko; kuko tuticara ngo dufungure atarashika."

13 Maze Samweli yakira rya hembe ry’amavuta ayamusukako bakuru biwe babona, kandi kuva uwo musi n’inyuma y’aho Mpwemu wUhoraho yama aza kuri Dawidi azananye ubushobozi. Nuko Samweli asubira i Rama.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também