Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Samweli 7

1 Nuko abantu b’i Kiriyati-Yeyarimu badugana iyo Sandugu yUhoraho, bayijana mu rugo kwa Abinadabu rwari ku gasozi, baca barobanura Eliyezeri umuhungu wiwe kugira ngo yiteho iyo Sandugu yUhoraho.

Samweli atsindira Abafilisitiya i Misipa

2 Iyo Sandugu yUhoraho imara igihe kirekire kingana n’imyaka mirongo ibiri yose, ikiri i Kiriyati-Yeyarimu.

Muri ico gihe, Abisirayeli bose batakambira Uhoraho bababaye kuko bumva umenga Uhoraho yarabahevye.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também