Pular para o conteúdo
Publicidade

Mateus 10

37 Umuntu weese ukunda se cangwa nyina kuruta uko ankunda, ntakwiriye kuba uwanje. Kandi ukunda umuhungu we cangwa umukoobwa we kuruta uko ankunda, ntaakwiriye kuba uwanje. 38 10:38 Mat 16:24; Mar 8:34; Luk 9:23.Utiikorera umusaraba we ngo ankurikire, ntaabwo akwiriye kuba uwanje. 39 10:39 Mat 16:25; Mar 8:35; Luk 9:24; 17:33; Yoh 12:25.Urengera ubuzima bwe azaabubura, ariko uzaahara ubuzima bwe ku bwanje, azaabubona.

Veja também