Pular para o conteúdo
Publicidade

Guharura 4:5,15,24,31

5 Igihe Abisirayeli bazoba bagomba kuva aho bazoba bacumbitse, Aroni n’abahungu biwe baze binjire bamanure ca gihuzu gikingiriye ahera bagipfukishe ya Isandugu y’Isezerano.

15 Aroni n’abahungu biwe nibaheza gupfuka ibikoresho vyose vyejejwe, abantu na bo bakaba biteguye kugenda bava aho bahora bacumbitse, Abakohati bazoce baza guterura ivyo bikoresho vyose. Ariko ntibaze bakore kuri vya bikoresho vyejejwe kuko bohava bapfa. Abakohati baze baterure vya bikoresho biri mw’ihema ry’ibonaniro.

24 Ibi ni vyo bikorwa vy’imiryango y’Abagerishoni:

31 Iki ni co gikorwa cabo bazokora mw’ihema ry’ibonaniro: kurerura imbaho zubatse ihema, imitambikwa, inkingi n’ivyo kuziterekamwo,

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.