Publicidade

Mateus 18

19 Ndongera kubabwira ukuri, iyo babiri muri mwe ku isi beemeranyije ico basaba, bazaagihaabwa na Daata wo mu ijuru. 20 Kuko aho babiri cangwa batatu bateeraniye hamwe mu izina ryanje, mba ndi hagati yaabo."

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-