Pular para o conteúdo
Publicidade

2 Ngoma 7:12-15

12 Uhoraho aramwiyereka mw’ijoro amubwira ati:

"Numvise ugusenga kwawe kandi ntoranije aha hantu ngo habe ahanje, habe Ingoro yo gushikaniramwo ibimazi.

13 Ninugara ijuru ngo imvura ntigwe, canke nkarekura inzige ngo zirye imirima canke nkarekura ikiza mu bantu banje, 14 abantu banje, bitirirwa izina ryanje, nibicisha bugufi bagasenga barondera mu nyonga hanje, bakava mu nzira zabo mbi, nanje nzobumva ndi mw’ijuru, mparire ivyaha vyabo, nkize n’igihugu cabo. 15 Guhera ubu inyonga zanje zizokwama kuri bo n’amatwi yanje azokwama yumviriza amasengesho bazosengera aha hantu.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.