Pular para o conteúdo
Publicidade

Gusubiramwo 4

10 Ntimuzokwibagire igihe mwahagarara imbere yUhoraho Imana yanyu ku musozi Horebu, maze Imana ikambarira iti: "Koraniriza abantu bose imbere yanje kugira ngo bumve amajambo yanje hanyuma bige kunyubaha igihe cose co kubaho kwabo muri ico gihugu kandi bazoshobore kuvyigisha abana babo."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também