Pular para o conteúdo
Publicidade

Gusubiramwo 4

9 Ariko mubibere maso, kandi mwiyubare ntimuzokwibagire ivyo amaso yanyu yabonye, canke ngo mubireke bive mu mitima yanyu ubuzima bwanyu bwose. Muzovyigishe abana banyu n’abuzukuru banyu. 10 Ntimuzokwibagire igihe mwahagarara imbere yUhoraho Imana yanyu ku musozi Horebu, maze Imana ikambarira iti: "Koraniriza abantu bose imbere yanje kugira ngo bumve amajambo yanje hanyuma bige kunyubaha igihe cose co kubaho kwabo muri ico gihugu kandi bazoshobore kuvyigisha abana babo."

Veja também