Pular para o conteúdo
Publicidade

Gusubiramwo 26

12 Niwamara gushira ku ruhande ikigiracumi c’ivyo wimbuye mu mwaka ugira gatatu, ari wo mwaka w’ikigiracumi, uze ugihe Abalewi, abanyamahanga, impfuvyi n’abapfakazi, kugira ngo na bo baronke ivyo barya bahagire mu bisagara vyanyu. 15 None rero, undabe uri mw’ijuru, ahera hawe, uhezagire abantu bawe ba Isirayeli, hamwe n’igihugu wari wasezeraniye ba sogokuruza bacu ko uzokiduha, igihugu gitemba amata n’ubuki."Uhoraho

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também