Imihezagiro ku bumvira
1 Nimwubaha Uhoraho Imana yanyu, n’imitima yanyu yose, mugakurikiza amabwirizwa yiwe ndabahaye uwu musi, Uhoraho Imana yanyu azobashira hejuru y’ayandi mahanga yose.