46 arababwira ati: "Mushire ku muzirikanyi amajambo yose ndababwiriye ku mugaragaro uwu musi, kugira ngo muzotegeke abana banyu gukurikiza neza amajambo y’ibi Vyagezwe. 47 Ayo majambo si ayasanzwe, ariko ni ubuzima bwanyu. Ni yo azobaha kurambira mu gihugu mugiye kwinjiramwo hakurya ya Yorodani ngo mucegukire."
Publicidade