Publicidade

Deuteronômio 6

6 Aya mabwirizwa ndabahaye uwu musi azokwame mu mitima yanyu. 7 Muzokwame muyigisha abana banyu. Muzohore muyaganirako mwicaye i muhira canke muri ku rugendo, iyo mugiye kuryama n’iyo muvyutse.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_23-13-58-