Ihema ry’Ibonaniro
7 Mose yama afata rya hema akarishinga hirya gatoya y’aho bacumbitse, akaryita Ihema ry’Ibonaniro. Uwufise ico asaba Uhoraho wese yaca aja kw’Ihema ry’Ibonaniro inyuma y’aho bacumbitse.

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.