18 Aya majambo yanje muyashire mu mitima yanyu no mu bwenge bwanyu, muyabohere ku maboko no mu ruhanga nk’ivyibutso. 19 Muzoyigishe abana banyu, muyaganireko iyo mwicaye i muhira n’iyo muri ku rugendo, iyo mugiye kuryama n’iyo muvyutse. 20 Muzovyandike ku bishimaryango vy’amazu yanyu, no ku nzugi z’amarembo yanyu, 21 kugira ngo mwe n’abana banyu muzorambire muri ico gihugu, Uhoraho yarahiye ba sogokuruza ko azokibaha, gushika igihe ijuru rizoba rikiri hejuru y’isi.
Publicidade
Gusubiramwo 11
Estes versículos te tocaram? Ore agora!
+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.