Pular para o conteúdo
Publicidade

Guharura 14

33 Abana banyu bazoba abungere hano kumara imyaka mirongo ine, bababazwe n’uguhemuka kwanyu, kugeza aho umuvyimba wa nyuma wo muri mwebwe uzokumbagarira muri ubu bugaragwa. 34 Kumara imyaka mirongo ine; umwaka wose uzohura n’umusi umwe muri ya misi mirongo ine mwamara muri gutata ico gihugu, muzoyimara mubabazwa kubera ivyaha vyanyu. Ni ho muzomenyera ico ari co kungira nk’umwansi wanyu.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também