40 Muzokurikize amabwirizwa n’ivyagezwe vyayo, ivyo ndabahaye uwu musi, kugira ngo ivyanyu n’ivy’uruvyaro rwanyu bizogende neza, muzorambire mu gihugu Uhoraho Imana yanyu abahaye ngo kizobe icanyu ibihe vyose.
Publicidade