Pular para o conteúdo
Publicidade

Kuvayo 12

27 Muzobabwire muti: Ni ikimazi ca Pasika dushikanira Uhoraho, kuko yarenganye amazu y’Abisirayeli muri Egiputa, arengana ingo zacu, atikiza Abanyegiputa.’ " Mose ahejeje kubabwira ivyo, baca barunama barasenga.

Veja também