Pular para o conteúdo
Publicidade

Kuvayo 16

2 Muri ubwo bugaragwa, bidodombera Mose na Aroni. 3 Abisirayeli babawira bati: "Iyo Uhoraho apfuma atwiyicira we nyene tukiri muri Egiputa! Hariya ho twaricara ku nkono z’inyama, tukarya n’imikate tugahimba. Ariko raba mwatuzanye muri ubu bugaragwa kutwicisha inzara."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também