Pular para o conteúdo
Publicidade

Kuvayo 2

5 Hanyuma umukobwa wa Farawo amanuka ku ruzi kwiyuhagira, incoreke ziwe na zo ziba ziratembera ku nkengera y’uruzi. Nuko abona ka gaseke kari mu rufunzo aca atuma incoreke yiwe kukamuzanira.

10 Umwana amaze gukura, aca amutwara kwa wa mukobwa wa Farawo, aba umuhungu wiwe. Aca amwita Mose, risobanurwa ngo: "Namukuye mu mazi."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também