31 Nzobashingira akarimbi uhereye ku Kiyaga Gitukura ukageza ku Kiyaga Mediterane, no kuva ku bugaragwa buri mu buseruko ukageza ku ruzi Efurate. Nzorekurira mu maboko yanyu ababa muri ico gihugu, namwe muze mubirukane. 32 Ntihaze hagire isezerano mugirirana na bo canke ngo murigirirane n’imana zabo.
Publicidade