16 Kandi ico gihe nabwiye abacamanza banyu nti: "Muzokwumvirize imanza zizoba hagati y’abantu banyu, muheze mubacire imanza zigororotse, rwaba urubanza ruri hagati y’Abisirayeli babiri, canke hagati y’Umwisirayeli n’umunyamahanga aba muri mwebwe. 17 Ntimuze muhengame mu guca imanza, muze mwumvirize bose, uworoshe co kimwe n’uwuhambaye. Ntimuze mutinye umuntu n’umwe, kuko urubanza muzoca ruzoba ruciwe n’Imana. Muze munzanire imanza zigoye cane, nanje nzozica."
Publicidade
Gusubiramwo 1
Estes versículos te tocaram? Ore agora!
+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.