Pular para o conteúdo
Publicidade

Kuvayo 12

12 Iryo joro nyene nzoca muri Egiputa, nice imfura zose, iz’abantu n’izibikoko, nongere ncire urubanza imana zose za Egiputa. Ni jewe Uhoraho ndabivuze. 13 Amaraso azoba ikimenyetso ku nzu murimwo, kandi aho nzobona amaraso nzoharengana. Nta cago co gutikiza kizobakorako ninakubita Egiputa.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também