Publicidade

Êxodo 40

Ihema ry’ibonaniro ryubakwa

1 Uhoraho abarira Mose ati: 2 "Ku musi wa mbere w’ukwezi, uzoshinge iryo hema, ari ryo Hema ry’Ibonaniro. 3 Uzoryinjizemwo Isandugu y’Isezerano, urikingirize ca gitambara.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-