Pular para o conteúdo
Publicidade

Êxodo 5

Abisirayeli bongererezwa ibikorwa

1 Inyuma y’ivyo, Mose na Aroni baja kwa Farawo baramubwira bati: "Uhoraho, Imana y’Abisirayeli avuze ngo: Rekura abantu banje baje kungirira imisi mikuru mu bugaragwa.’ "

Veja também