Pular para o conteúdo
Publicidade

Kuvayo 18

21 Ariko utoranye bamwe mu bantu bubaha Imana, b’abizigirwa, banka igiturire, ubagire abacamanza bamwe b’ibihumbi, abandi b’amajana, abandi ba mirongo itanu hamwe n’aba cumi. 22 Ubagire abacamanza b’abandi ibihe vyose, bazohore bakuzanira imanza zigoye gusa, izoroshe abe ari bo bazica. Ivyo bizotuma igikorwa cawe coroha kuko bazokigufasha.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também