Publicidade

Êxodo 3

13 Mose abwira Imana ati: "Ninaja mu Bisirayeli nkababwira nti: Imana ya ba sogokuruza yabantumyeko,hanyuma bakambaza bati: Izina ryayo yitwa nde?Nzobishura gute?"

14 Imana ibarira Mose iti: "Ndi uwo Ndi we. Uku abe ari ko uzobwira Abisirayeli, uti Ndiho yabantumyeko.’ "

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_15-35-42-