Pular para o conteúdo
Publicidade

Kuvayo 33

9 Mose yinjiye muri iryo Hema, inkingi y’igicu yaca yururuka igahagarara mu rwinjiriro rwaryo mu gihe Uhoraho yaba ariko aravugana na Mose. 10 Igihe cose abantu babona ico gicu cururutse kigahagarara ku rwinjiriro rw’Ihema, baca bahaguruka bagasenga, umwe wese agahagarara mu muryango w’ihema ryiwe.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também