12 Nuko Aburamu ahitamwo kuba mu gihugu c’i Kanani, Loti na we aja kuba mu bisagara vyo muri ca kiyaya, ashinga amahema yiwe hafi y’i Sodomu.