Pular para o conteúdo
Publicidade

Itanguriro 16

Ivuka rya Ishimayeli

1 Sarayi muka Aburamu, ntiyari bwashobore kuvyarana na we umwana. Ariko yari afise incoreke y’Umunyegiputakazi yitwa Hagari. 2 Nuko Sarayi abwira Aburamu ati: "Uhoraho ntiyashatse ko ndonka umwana. None genda uryamane n’umuguranokazi wanje. Hari n’aho vyokunda nkaronka abana biciye kuri we."

Nuko Aburamu yumvira Sarayi umugore wiwe. 3 Sarayi umugore wa Aburamu afata Hagari ya ncoreke y’Umunyegiputakazi, umuha Aburamu umugabo wiwe nk’umugore. Ivyo vyabaye Aburamu amaze imyaka icumi aba mu gihugu c’i Kanani.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também