20 Nuko Yakobo akorera Labani imyaka indwi kugira ngo aronke Rasheli. Kuko yamukunda urukundo rwinshi, iyo myaka yamubereye nk’imisi mike cane.
Publicidade