Pular para o conteúdo
Publicidade

Itanguriro 39

20 Nuko afata Yosefu amuterera mw’ibohero bapfungiramwo imbohe z’umwami.

Ariko Yosefu ari muri iryo bohero, 21 Uhoraho abana na we, amuha kugira ikiganza ciza, agira igikundiro mu maso y’umukuru w’ibohero.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também