13 maze ibwira Nowa iti: "Nafashe ingingo yo kurandura abantu bose, kuko isi yuzuye ibibi ku bwabo. Ngiye kubarandurana n’isi! 14 Wewe niwibazire ubwato mu giti citwa goferi. Uze ubushiremwo ivyumba hanyuma ubuhomeshe ikaburimbi imbere n’inyuma. 15 Uku ni ko uzobukora: uburebure buze bube ingero z’igice c’ukuboko amajana atatu6:15 Ni nk’imetero 135., ubwaguke ingero z’igice c’ukuboko mirongo itanu6:15 Ni nk’imetero 23., uburebure bw’igihagararo na bwo ingero z’igice c’ukuboko mirongo itatu6:15 Ni nk’imetero 14.. 16 Uze usakare ubwo bwato, ariko usigaze umwanya wuguruye ungana n’ingero y’igice c’ukuboko imwe6:16 Ni nk’isantimetero 45. musi y’igisakazo. Uze kandi ushire umuryango mu mbavu, hanyuma wubake ibisenge bitatu, ico hasi, ico hagati n’ico hejuru.
Publicidade
Itanguriro 6
Estes versículos te tocaram? Ore agora!
+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.