2 Ku musi ugira indwi, Imana yari yamaze kurangiza igikorwa cayo co kurema. Nuko kuri uwo musi iraruhuka ibikorwa vyayo vyose. 3 Imana ihezagira umusi ugira indwi iraweza, kuko kuri uwo musi yaruhutse igikorwa cayo c’irema.