Pular para o conteúdo
Publicidade

Gênesis 22

14 Aburahamu yita aho hantu "Uhoraho azovyizanira". Gushika n’uno musi abantu baracavuga bati: "Ku musozi w’Imana, iravyizanira."

Veja também