2 Nuko Uhoraho abana na Yosefu, na we agira umugisha mu vyo yakora vyose. Yosefu yaba mu nzu ya shebuja w’Umunyegiputa. 3 Shebuja abonye ko Uhoraho ari kumwe na we, kandi ko amuha kuroranirwa mu vyo akora vyose,