Kayini na Abeli
1 Nuko Adamu aryamana na Eva umugore wiwe, na we asama inda, avyara umwana bamwita Kayini. Aravuga ati: "Navyaye umuntu ndabifashijwemwo n’Uhoraho!"
25 Adamu yongera kuryamana n’umugore wiwe, na we avyara umuhungu amwita Seti, kuko yavuga ati: "Imana impaye uwundi mwana mu kibanza ca Abeli, uwo Kayini yishe."