33 "Iri ni ryo sezerano nzogirana n’inzu ya Isirayeli
inyuma y’ico gihe," ni ko Uhoraho avuze.
"Nzoshira ivyagezwe vyanje mu bwenge bwabo,
ndavyandike mu mitima yabo.
Nzoba Imana yabo,
na bo babe abantu banje.

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.