Pular para o conteúdo
Publicidade

Gênesis 2

16 Ariko Uhoraho Imana agabisha wa muntu ati: "Urashobora kurya ku vyamwa vy’igiti cose kiri muri iri tongo. 17 Ariko ntiwemerewe kurya ku giti kimenyekanisha iciza n’ikibi, kuko umusi wakiriyeko uzopfa nta kabuza."

Veja também