22 Isirayeli akiri muri ico gihugu, Reyubeni asambana na Biluha, umwe mu ncoreke Yakobo yari yavyayeko, kandi Yakobo arabimenya.
Abahungu ba Yakobo bari icumi na babiri: