2 Mu nyuma avyara uwundi mwana w’umuhungu, bamwita Abeli.
Bamaze gukura, Abeli aba umwungere w’intama, Kayini na we aba umurimyi.