38 Farawo arababaza ati: "Twoshobora kuronka uwundi muntu ameze nk’uwu mugabo, umuntu arimwo impwemu y’Imana?"
39 Umwami abwira Yosefu ati: "Nimba Imana yaguhishuriye insiguro y’izi ndoto, biraboneka neza ko ata wundi muntu munganya ubwenge.