Publicidade

Gênesis 7

17 Nuko umwuzure ubandanya kwongerekana kumara imisi mirongo ine; amazi aba menshi, maze bwa bwato buca butangura kureremba hejuru y’isi. 18 Amazi amaze kuduga akagwira rwose kw’isi, ubwato buca bureremba hejuru yayo.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-