Publicidade

Ezequiel 11

19 Nzobaha umutima umwe, ndabashiremwo impwemu nsha. Nzobakuramwo umutima w’ibuye ndabahe umutima w’inyama. 20 Bazokurikiza amabwirizwa yanje, bagendere mu vyagezwe vyanje. Bazoba abantu banje, nanje nzoba Imana yabo.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-