Pular para o conteúdo
Publicidade

Ezekiyeli 16

36 Uku ni ko Uhoraho Nyeninganji avuze: Ko wasesaguye ubutunzi bwawe, ukiyambika ubusa mu gusambana n’abo wishakiye bose, kandi kubera ubuyobe bw’ibigirwamana vyawe, hamwe n’amaraso y’abana bawe wahaye ivyo bigirwamana, 37 ngiye kwegeranya abo bose wikundiye, abaguha umunezero, abo wakunze n’abo wanse. Nzobegeranya bave mu mihingo yose, ndakwamburire imbere yabo bose, babone ubwambure bwawe bwose.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também