23 Nzokwerekana ukwera kw’izina ryanje rihambaye, iryo mwahumanirije mu yandi mahanga. Kandi ninagaragaza ukwera kwanje imbere yabo ndabicishije kuri mwebwe, bazomenya ko ndi Uhoraho, ni jewe Uhoraho Nyeninganji ndabivuze.
Publicidade